Zaburi 22:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ababa kw’isi yose bazokwibuka Yehova baze kuri we. Amahanga yose azokwunama imbere yiwe+. Zefaniya 3:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ico gihe nzohindura ururimi rw’abantu* rube ururimi rutyoroye,kugira ngo bose bambaze izina ryanje, ari ryo Yehova,kugira ngo bansenge bunze ubumwe*+.” Matayo 28:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Nimugende rero muhindure abantu bo mu mahanga yose abigishwa+, mubabatize+ mw’izina rya Data n’iry’Umwana n’iry’impwemu nyeranda. Ivyahishuwe 15:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ewe Yehova*, ni nde atazogutinya canke atazoninahaza izina ryawe+? Kuko ari wewe wenyene uri intahemuka! Amahanga yose azoza imbere yawe agusenge+, kuko wahishuye ingingo zawe zigororotse.»
9 Ico gihe nzohindura ururimi rw’abantu* rube ururimi rutyoroye,kugira ngo bose bambaze izina ryanje, ari ryo Yehova,kugira ngo bansenge bunze ubumwe*+.”
19 Nimugende rero muhindure abantu bo mu mahanga yose abigishwa+, mubabatize+ mw’izina rya Data n’iry’Umwana n’iry’impwemu nyeranda.
4 Ewe Yehova*, ni nde atazogutinya canke atazoninahaza izina ryawe+? Kuko ari wewe wenyene uri intahemuka! Amahanga yose azoza imbere yawe agusenge+, kuko wahishuye ingingo zawe zigororotse.»