-
Itanguriro 2:2, 3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Ku musi ugira indwi, Imana yari yarangije igikorwa yari imaze igihe ikora. Maze ku musi ugira indwi, itangura kuruhuka igikorwa cose yari yakoze+. 3 Nuko Imana ihezagira umusi ugira indwi, iwugira mweranda, kuko kuri uwo musi yatanguye kuruhuka igikorwa cayo c’irema, ibintu vyose yari yategekanije gukora.
-