ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 53:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Vy’ukuri, we ubwiwe yarikoreye indwara zacu+,

      yiremeka imibabaro yacu+.

      Mugabo twamubona nk’uwatejwe ivyago, nk’uwakubiswe n’Imana, nk’uwatejwe amarushwa.

  • Abaheburayo 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Ni co gituma vyabaye ngombwa ko amera nka «benewabo» mu mice yose+, ngo acike umuherezi mukuru afise imbabazi kandi w’umwizigirwa akorera Imana, kugira atange ikimazi+ c’ibicumuro vy’abantu gituma basubiza hamwe na yo*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika