ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 3:11, 12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ivyo birahuye n’umugambi w’ibihe bidahera yatunganije ku bijanye na Kristu+, ari we Yezu Umukama wacu. 12 Biciye kuri we turavugana umwidegemvyo kandi turashobora kwegera Imana ata kidutangira+, umutima uri mu nda kubera ko tumwizera.

  • Abaheburayo 10:19-22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Ku bw’ivyo bavukanyi, turashobora guca mu nzira yinjira ahantu heranda+ ata bwoba dufise* biciye ku maraso ya Yezu. 20 Iyo nzira yayitwugururiye* ari inzira nshasha kandi nzima ica muri ya rido+, ari wo mubiri wiwe. 21 Vyongeye, turafise umuherezi akomeye aganza inzu y’Imana+. 22 Twegere rero Imana dufise imitima itagira uburyarya be n’ukwizera gukwiye, dufise n’imitima yamijagiwe ikozwa ijwi ribi ryo mu mutima+, n’imibiri yacu ikuhagizwa amazi atyoroye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika