-
Ivyahishuwe 21:10, 11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Araheza anjana ku musozi munini kandi muremure biciye ku bubasha bw’impwemu, maze anyereka ca gisagara ceranda Yeruzalemu, kiriko kimanuka kiva ku Mana mw’ijuru+, 11 gifise ubuninahazwa bw’Imana+. Caraca ibibatsi nk’ibuye ry’agaciro kanini cane, nk’ibuye ryitwa yasipi rikayangana nka kirisitalo+.
-