ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 39:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Canke ni wewe utegeka inkona kuguruka mu kirere+,

      ikarika icari cayo hejuru cane+?

  • Yobu 39:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Irondera ivyo irya yibereye ng’aho+.

      Amaso yayo abona kure cane.

  • Ezekiyeli 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Uku ni ko mu maso havyo hasa: kimwe cose muri ivyo binyabuzima bine cari gifise mu maso nk’ah’umuntu, iburyo kikagira mu maso nk’ah’intambwe+, ibubamfu kikagira mu maso nk’ah’impfizi+, kandi kimwe cose muri vyo uko ari bine cari gifise mu maso nk’ah’inkona+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika