Ezekiyeli 10:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ndiko nditegereza, mbona amapine ane iruhande ya ba bakerubi. Iruhande y’umukerubi wese hari ipine, kandi ayo mapine wamengo arakayangana nk’ibuye rya kirizolito+. Ezekiyeli 10:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Umubiri wabo wose, imigongo yabo, amaboko yabo, amababa yabo n’amapine, ni ukuvuga amapine y’abo bakerubi bose uko ari bane, vyose vyari vyuzuyeko amaso hose+.
9 Ndiko nditegereza, mbona amapine ane iruhande ya ba bakerubi. Iruhande y’umukerubi wese hari ipine, kandi ayo mapine wamengo arakayangana nk’ibuye rya kirizolito+.
12 Umubiri wabo wose, imigongo yabo, amaboko yabo, amababa yabo n’amapine, ni ukuvuga amapine y’abo bakerubi bose uko ari bane, vyose vyari vyuzuyeko amaso hose+.