Ivyahishuwe 1:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Jewe Yohani, ndabandikiye mwebwe amashengero indwi+ ari mu ntara ya Aziya: Nimugire ubuntu n’amahoro biva kuri «Umwe ariho kandi yamyeho kandi ariko araza+», no kuri za mpwemu indwi+ ziri imbere y’intebe yiwe y’ubwami
4 Jewe Yohani, ndabandikiye mwebwe amashengero indwi+ ari mu ntara ya Aziya: Nimugire ubuntu n’amahoro biva kuri «Umwe ariho kandi yamyeho kandi ariko araza+», no kuri za mpwemu indwi+ ziri imbere y’intebe yiwe y’ubwami