ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Namwe nyene nimureke umuco wanyu wakire imbere y’abantu+ kugira babone ibikorwa vyanyu vyiza+, maze baninahaze So ari mw’ijuru+.

  • Ivyahishuwe 14:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Asemerera n’ijwi rirenga ati: «Nimutinye Imana kandi muyininahaze, kuko igihe c’uko ica urubanza cashitse+. Nimusenge rero umwe yarema ijuru n’isi n’ikiyaga+ n’amasoko* y’amazi.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika