ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 5:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Maze numva ivyaremwe vyose biri mw’ijuru, kw’isi, mu kuzimu+ no mu kiyaga, emwe numva ibintu vyose biri muri vyo bivuga biti: «Uwicaye kuri ya ntebe y’ubwami+ hamwe na wa Mwagazi w’intama+ nibahabwe umuhezagiro, iteka+, ubuninahazwa n’ubushobozi gushika ibihe bidahera+.»

  • Ivyahishuwe 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 bavuga bati: «Amen! Ugushemezwa, ubuninahazwa, ubukerebutsi, ugukenguruka, iteka, ububasha n’inkomezi nibibe ivy’Imana yacu gushika ibihe bidahera+. Amen.»

  • Ivyahishuwe 11:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 bavuga bati: «Turagushimiye, Yehova* Mana Mushoboravyose, wewe uriho+ kandi wamyeho, kuko wafashe ububasha bwawe bukomeye ugatangura kuganza+.

  • Ivyahishuwe 12:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Nca numva mw’ijuru ijwi rirenga rivuga riti:

      «Ubu rero harashitse ubukiriro+, ububasha n’Ubwami bw’Imana yacu+ n’ubushobozi bwa Kristu wayo, kuko uwagiriza benewacu yakororewe hasi, umwe abagiriza imbere y’Imana yacu+ ijoro n’umurango!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika