Ivyahishuwe 7:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ubwo nyene nca ndamwishura nti: «Mukama wanje, ni wewe ubizi.» Aca ambwira ati: «Ni abarenganye ya makuba akomeye+, kandi baramesuye amakanzu yabo bayeza mu maraso ya wa Mwagazi w’intama+.
14 Ubwo nyene nca ndamwishura nti: «Mukama wanje, ni wewe ubizi.» Aca ambwira ati: «Ni abarenganye ya makuba akomeye+, kandi baramesuye amakanzu yabo bayeza mu maraso ya wa Mwagazi w’intama+.