Kuvayo 24:9, 10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Musa ari kumwe na Aroni, Nadabu, Abihu na ba bashingantahe 70 bo muri Isirayeli baca baraduga, 10 maze babona Imana ya Isirayeli+. Munsi y’ibirenge vyayo hari ikintu kimeze nk’isaso y’amabuye ya safiro, gityoroye nk’ijuru ritagira ibicu+.
9 Musa ari kumwe na Aroni, Nadabu, Abihu na ba bashingantahe 70 bo muri Isirayeli baca baraduga, 10 maze babona Imana ya Isirayeli+. Munsi y’ibirenge vyayo hari ikintu kimeze nk’isaso y’amabuye ya safiro, gityoroye nk’ijuru ritagira ibicu+.