ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g20 no. 2 rup. 2
  • Intangamarara

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Intangamarara
  • Be maso!—2020
  • Ivyo bijanye
  • Igihe ushikiwe n’ivyago
    Be maso!—2014
  • Kubera iki ibintu bibi bishikira abantu beza?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Ibintu bibi ni vyinshi cane!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
Be maso!—2020
g20 no. 2 rup. 2
Aho bakirira abantu ku bitaro. Umuganga ariko arabwira amakuru adahumuriza umugabo n’umugore bahagaze imbere y’umuryango. Abantu benshi bararindiriye kugira babakire.

Intangamarara

Mu buzima, twese turashikirwa n’ivyago. Ishobora kuba ari indwara, isanganya, icago c’icaduka canke ubugizi bwa nabi.

Abantu baguma barondera inyishu.

  • Hari abavuga ko imibabaro iterwa n’ivyo Imana yatwandikiye canke ko ata kinini twohindura ku bidushikira.

  • Abandi na bo bemera ko dushikirwa n’imibabaro kubera ikintu kibi tuba twarakoze kera.

Akenshi ivyago bituma abantu bagumana ibibazo vyinshi badafitiye inyishu.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika