ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 61
  • “Ndi Yehova”!

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Ndi Yehova”!
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Rondera Imana urokorwe
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Rondera Imana urokorwe
    Turirimbire Yehova
  • Dukenguruke ukwihangana kw’Imana
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ni ho bazomenya
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 61

Ururirimbo rwa 61

“Ndi Yehova”!

(Yesaya 42:8, NW)

1. Umv’abami b’abapagani

Yehova baramugaya.

Ntibemera yukw’ari we Segaba,

Kuri Rugira bakihaya.

Mbega ni nde yatsinz’ingabo zabo

Zigahona vy’akamaramaza?

Ni ’kirwanisho ca nde cazimaze,

Abantu biw’akababohoza?

(Icitabirizo)

2. Eh’intwaro zagiy’inama

Zans’Umw’Imana yasīga!

Yamar’abarwanyi babo batinye,

Aboro na bo baboroga.

Yo! Ni nd’azohony’uwubahahaza

Abitond’agac’abarokora?

Kandi ni nd’azobah’ubutungane,

Aho kurira bakishongora?

(ICITABIRIZO)

Ni je Mwami nta wund’ariho.

Ni je Mwami, je nitwa Yehova.

Narimitse wa Mwana bazosaba.

Mwunamire! Agiye kugaba.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika