ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 73
  • ‘Ubwenge bubana n’abifata ruto’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Ubwenge bubana n’abifata ruto’
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Igituma kwifata ruto bigihambaye
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
  • Turashobora kuguma twifata ruto mu bihe bitoroshe
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
  • ‘Ubgenge Bubana n’Abifata Ruto’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
  • Nugendane n’Imana yawe wicishije bugufi kandi wifashe ruto
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2020
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 73

Ururirimbo rwa 73

‘Ubwenge bubana n’abifata ruto’

(Imigani 11:2)

1. Kugendana na Yehova

Bisaba kwifata ruto,

Tukamenya kw’ahambaye

Be n’uko twe turi bato.

2. Twebwe tur’abanyavyaha,

Tukab’“imburakimazi”.

Ivyiza tuzobironka

Nitwifata ruto nanzi.

3. ‘Mwifate nk’abantu bato’,

Ni vyo Yezu yigishije.

Twiyemeye, tukiduza,

Ntituba tubishikije.

4. Dukore dutiny’Imana

Ko Yehova tumukunda.

Duciye bugufi ni ho

Ubwenge yoc’aduhunda.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika