ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 108
  • Ijambo rya Yehova ni iryo kwizerwa

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ijambo rya Yehova ni iryo kwizerwa
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Yipfuza ko twererwa
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Ivyo Yosuwa Yibutse
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2002
  • Yosuwa 1:9: “Gira umutima rugabo kandi ukomere”
    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya
  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Yosuwa
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 108

Ururirimbo rwa 108

Ijambo rya Yehova ni iryo kwizerwa

(Yosuwa 23:14)

1. Nk’ukw’imvura igw’iva mw’ijuru

Isi na yo igac’imera,

Ni kw’ijambo Yehova yavuze

Rizoshika, ni ko rizomera.

2. Yosuwa yabwiy’Abis’rayeli

Ukw’Imana yabaramiye.

Ivyo Yehova yabemereye

Vyashitse nk’uko yabibabwiye.

3. Imana yacu yarerekanye

Ingen’iry’ivuze ritaha.

Uwasezeranye ni Yehova;

Twizigire vyos’azobiduha.

4. Ntidukekerany’ico yavuze,

Ntikizobura kuranguka.

Mw’isi nshasha tuzomushemeza,

Kukw’iry’avuze ridahinduka.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika