ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 125
  • ‘Yehova ari ku ruhande rwanje’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Yehova ari ku ruhande rwanje’
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Ihanga ryeranda rya Yehova
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ubuzima butagira iherezo—ngubwo!
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Twasezeraniwe ubuzima budahera
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Nuje ku ruhande rwa Yehova!
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 125

Ururirimbo rwa 125

‘Yehova ari ku ruhande rwanje’

(Zaburi 118:6)

1. Umutima wanje kuri

Yehova ntunyiganga.

’Nzira ziwe nzokwisunga

Name nguma kw’ibanga.

Ingorane ntizibura

Mu nzira y’ubuzima.

Iman’indi ku ruhande

Sinsimbwa n’umutima.

(Icitabirizo)

2. Mur’ibi bihe bigoye

Nzi ko nzogeragezwa.

Nankwa n’isinzi ry’abansi

Nkaguma nsugerezwa.

Arikw’ivyo nobitsinda

Kw’Imana inkingira.

Abatwar’izina ryayo

Ni bo yo yikundira.

(Icitabirizo)

3. Yehov’ubu yaraguye

Imbibe z’igihugu.

Abaza kumukorera

Ehe raba n’igugu.

Abantu mwen’abo bose

Arabanezererwa.

Ese nokwamana na bo

N’umwete mu gikorwa.

(ICITABIRIZO)

Yehov’andi ku ruhande;

Je nzomushemeza nantaryo.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika