ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • yp2 rup. 148-149
  • Amahera

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amahera
  • Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2
  • Ivyo bijanye
  • Ingene ukwiye kubona amahera
    Be maso!—2015
  • Amahera
    Be maso!—2014
  • Ingene mwokoresha neza amahera
    Urugo rwanyu rurashobora kugira agahimbare
  • Amahera yoba ari umuzi w’ibibi vyose?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
Ibindi
Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2
yp2 rup. 148-149

IGIHIMBA CA 5

Amahera

Vyoba ari ngombwa ko uba ufise amahera kugira uronke agahimbare?

□ Si ngombwa

□ Rimwe na rimwe

□ Ni ngombwa

Woba ukunda kuvuga ibijanye n’amahera canke ivyo ashobora kugura?

□ Gake kabaho

□ Rimwe na rimwe

□ Kenshi

Nk’uko kumbure abavyeyi bawe bakunda kubikubwira, amahera ntakoroka ava mw’ijuru. Ukwo ni ukuri. Birahambaye rero ko ukoresha neza amahera. Naho amahera ari ngirakamaro, arashobora kugushusha umutwe, akagucanishamwo n’abagenzi canke akonona ubucuti ufitaniye n’Imana. Vy’ukuri, ukuntu ubona amahera birashobora kugira ikintu kinini bikoze kuri wewe. Ikigabane ca 18-20 birakwereka ukuntu wobona amahera mu buryo bubereye.

[Ifoto yuzuye urupapuro rwose, rup. 148, 149]

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika