ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 128
  • Ibintu vyo kuri iyi si biriko birahinduka

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibintu vyo kuri iyi si biriko birahinduka
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • ‘Uko isi imeze kuriko kurahinduka’
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Twasezeraniwe ubuzima budahera
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ubuzima butagira iherezo—ngubwo!
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Turirimbire Musumbavyose
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 128

Ururirimbo 128

Ibintu vyo kuri iyi si biriko birahinduka

Integuro icapuwe

(1 Abakorinto 7:31)

1. Imana yaraduhaye

Umwana yadutabaye

Urupf’icaha cavyaye.

Ni yo mpano ntangere.

(ICITABIRIZO)

Nah’ubu ivy’isi

Bihinduka,

Ivy’Iman’isezerana

Vuba bizoranguka.

2. Isi iracumbagira.

Vub’igiye kurangira.

Bwa Bwami duharanira

Bwaravutse, vyemere.

(ICITABIRIZO)

Nah’ubu ivy’isi

Bihinduka,

Ivy’Iman’isezerana

Vuba bizoranguka.

(Raba kandi Zab. 115:15, 16; Rom. 5:15-17; 7:25; Ivyah. 12:5.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika