ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 9/10 rup. 4
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 4 Gitugutu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 4 Gitugutu
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2010
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 4 GITUGUTU
Igikorwa dukorera Ubwami—2010
km 9/10 rup. 4

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 4 Gitugutu

INDWI ITANGURA KU WA 4 GITUGUTU

Ururirimbo rwa 204

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 26 ing. 22-23 be n’uruzitiro ku rup. 269

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: 1 Ngoma 1-4

No. 1: 1 Ngoma 1:1-27

No. 2: Ico bisobanura kuba indemeshamahoro (1 Pet. 3:10-12)

No. 3: Abakirisu bategerezwa kwubahiriza ya ngingo ngenderwako y’uwuri umutwe (td 37B)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 51

Imin. 5: Amatangazo.

Imin. 10: Igituma dutanga raporo y’umurimo wacu wo mu ndimiro. Insiguro ishikirizwa n’umunyamabanga ishingiye ku gitabu Twagizwe ishirahamwe, kuva ku rupapuro rwa 88, ingingo ya 1, gushika ku rupapuro rwa 90, ingingo ya 1.

Imin. 10: Ibikenewe iwanyu.

Imin. 10: Umusi udasanzwe wo gutanguza inyigisho za Bibiliya. Nimusubiremwo amayagwa yo mu kiganiro co mu Gikorwa dukorera Ubwami co muri Kigarama 2008, urupapuro rwa 1. Nusabe abumviriza bavuge muri make ivyo biboneye mu gukurikiza iyo ntunganyo.—Raba kandi igitabu c’umwaka (Annuaire) co mu 2010, kuva ku rupapuro rwa 8, ingingo ya 3, gushika ku rupapuro rwa 10, ingingo ya 2.

Ururirimbo rwa 49

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika