Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 19 Nyakanga
INDWI ITANGURA KU WA 19 NYAKANGA
Ururirimbo rwa 78 n’isengesho
□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
bt ikig. 9 ing. 19-24, uruzitiro ruri ku rup. 73 (Imin. 25)
□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: Zaburi 135-141 (Imin. 10)
No. 1: Zaburi 137:1–138:8 (Imin. 4 canke idashika)
No. 2: Igituma amajambo ya Paulo dusanga mu Baroma 14:7-9 aduhoza (Imin. 5)
No. 3: Imana yoba ibona ivyiza bisa n’ibiri mu madini yose? (td 9D) (Imin. 5)
□ Ikoraniro ry’umurimo:
Imin. 5: Amatangazo.
Imin. 10: Twakoze gute mu mwaka uheze? Insiguro ishikirizwa n’umucungezi w’umurimo. Nuvuge ivyo ishengero ryaranguye mu mwaka w’umurimo uheze, wibande ku vyiza vyaranguwe, wongere urikeze mu buryo bubereye. Nubaze ibibazo umwamamaji umwe canke babiri biboneye ibintu bishimishije cane. Nuvuge umuce umwe canke ibiri ijanye n’ubusuku ishengero ryoryohora muri uyu mwaka w’umurimo dutanguye, wongere utange inama ngirakamaro z’ukuntu iyo mice yoryohorwa.
Imin. 10: Woshobora kubisigura? Ikiganiro co guhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku kibazo ca 12 n’ica 13 biboneka mu gitabu Twagizwe ishirahamwe, ku rupapuro rwa 198.
Imin. 10: “Yehova ariko aratumenyereza muri iki gikorwa.” Ibibazo n’inyishu.
Ururirimbo rwa 117 n’isengesho