ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 66:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Bazozana benewanyu bose nk’ingabire ihabwa Yehova, babakuye mu mahanga yose+. Bazobazana ku mafarasi, mu mikogote, mu mikogote ipfutse, ku ndogobwa* no ku ngamiya zinyaruka, babashikane ku musozi wanje mweranda Yeruzalemu», ni ko Yehova avuze. «Bazobazana nk’uko Abisirayeli bazana ingabire zabo mu combo kidahumanye, mu nzu ya Yehova.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika