Abaheburayo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Kuko ahantu hamwe yavuze ivy’umusi ugira indwi iti: «Maze ku musi ugira indwi, Imana iruhuka ibikorwa vyayo vyose+.»
4 Kuko ahantu hamwe yavuze ivy’umusi ugira indwi iti: «Maze ku musi ugira indwi, Imana iruhuka ibikorwa vyayo vyose+.»