1 Petero 5:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ndabandikiye biciye kuri Silivano*+, umuvukanyi mbona ko ari umwizigirwa. Ndabandikiye muri make kugira ndabaremeshe, nshinge n’intahe nshimitse yuko ubwo buntu buhebuje Imana ibagirira ari ubw’ukuri. Nimubugumemwo.
12 Ndabandikiye biciye kuri Silivano*+, umuvukanyi mbona ko ari umwizigirwa. Ndabandikiye muri make kugira ndabaremeshe, nshinge n’intahe nshimitse yuko ubwo buntu buhebuje Imana ibagirira ari ubw’ukuri. Nimubugumemwo.