Gusubira mu vyagezwe 32:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ninaramuka nkarihije inkota yanje ica ibibatsi+,Kandi ukuboko kwanje kukifatira mu minwe urubanza+,Nzokwihora abarwanizi banje+Mpembe abanyanka bimwe bikaze+.
41 Ninaramuka nkarihije inkota yanje ica ibibatsi+,Kandi ukuboko kwanje kukifatira mu minwe urubanza+,Nzokwihora abarwanizi banje+Mpembe abanyanka bimwe bikaze+.