Gusubira mu vyagezwe 33:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Agihe n’ibintu vyiza vyo kw’isi be n’ibiyuzuye+,Agihe n’ugushimwa n’Umwe aba mu gisaka c’amahwa+.Birakaza ku mutwe wa Yozefu+No ku rutwariro rw’uwakuwe muri bene wabo+.
16 Agihe n’ibintu vyiza vyo kw’isi be n’ibiyuzuye+,Agihe n’ugushimwa n’Umwe aba mu gisaka c’amahwa+.Birakaza ku mutwe wa Yozefu+No ku rutwariro rw’uwakuwe muri bene wabo+.