Abacamanza 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Haciye igihe, mu misi y’iyimbura ry’ingano, Samusoni aja kuramutsa umugore wiwe yitwaje akagazi+ k’impene. Avuga rero ati: “Ngomba kwinjira aho umugore wanje ari mu cumba+.” Se wa nya mugore ntiyamwemerera kwinjira.
15 Haciye igihe, mu misi y’iyimbura ry’ingano, Samusoni aja kuramutsa umugore wiwe yitwaje akagazi+ k’impene. Avuga rero ati: “Ngomba kwinjira aho umugore wanje ari mu cumba+.” Se wa nya mugore ntiyamwemerera kwinjira.