Abacamanza 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo se wa nya mugore avuga ati: “Nibwiye nti: ‘Utegerezwa kuba umwanka+.’ Ku bw’ivyo namuhaye umuherekeza wawe+. None mutoyi wiwe si mwiza kumurusha? Enda nabe uwawe mu kibanza c’uwo wundi.”
2 Mugabo se wa nya mugore avuga ati: “Nibwiye nti: ‘Utegerezwa kuba umwanka+.’ Ku bw’ivyo namuhaye umuherekeza wawe+. None mutoyi wiwe si mwiza kumurusha? Enda nabe uwawe mu kibanza c’uwo wundi.”