Abacamanza 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko Samusoni aragenda, afata imbwebwe+ amajana atatu, afata n’ibimuri maze azitumberanya imirizo zibirizibiri, araheza ashira ikimuri kimwe hagati y’imirizo ibiri, hagati na hagati.
4 Nuko Samusoni aragenda, afata imbwebwe+ amajana atatu, afata n’ibimuri maze azitumberanya imirizo zibirizibiri, araheza ashira ikimuri kimwe hagati y’imirizo ibiri, hagati na hagati.