Abacamanza 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Abafilisitiya batangura kuvuga bati: “Ni nde yakoze ibi?” Maze bavuga bati: “Ni Samusoni umukwe wa wa Mutimuni, kuko yafashe umugore wiwe akamuha umuherekeza wiwe+.” Abafilisitiya baca baraduga, baturiza umuriro uwo mugore na se wiwe+.
6 Nuko Abafilisitiya batangura kuvuga bati: “Ni nde yakoze ibi?” Maze bavuga bati: “Ni Samusoni umukwe wa wa Mutimuni, kuko yafashe umugore wiwe akamuha umuherekeza wiwe+.” Abafilisitiya baca baraduga, baturiza umuriro uwo mugore na se wiwe+.