-
Abacamanza 15:12Bibiliya y’isi nshasha
-
-
12 Mugabo bamubwira bati: “Tumanukanywe no kukuboha kugira tugutange mu kuboko kw’Abafilisitiya.” Samusoni aca ababwira ati: “Nimundahire yuko mwebwe ubwanyu mutaza kungurukirako.”
-