Abaheburayo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko ahantu hamwe yavuze ivy’umusi ugira indwi iti: “Hanyuma ku musi ugira indwi Imana iruhuka ibikorwa vyayo vyose+,”
4 Kuko ahantu hamwe yavuze ivy’umusi ugira indwi iti: “Hanyuma ku musi ugira indwi Imana iruhuka ibikorwa vyayo vyose+,”