Abaheburayo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+. Abaheburayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:13 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 36 Umunara w’Inderetsi,1/7/2001, rup. 17-18
13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.