Ivyahishuwe 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko arantwara mu bubasha bw’impwemu anjana ku musozi munini kandi muremure+, anyereka ca gisagara ceranda+ Yeruzalemu kimanuka kiva mw’ijuru ku Mana+ Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 21:10 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 305
10 Nuko arantwara mu bubasha bw’impwemu anjana ku musozi munini kandi muremure+, anyereka ca gisagara ceranda+ Yeruzalemu kimanuka kiva mw’ijuru ku Mana+