ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO

Akajambo k'epfo

f INSOBANURO Y’ISHUSHO: Bashiki bacu babiri bariko barasenga imbere yo kwuzuza urukaratasi rwo gusaba kuja kw’Ishure ry’abamamaji b’Ubwami. Mu nyuma, umwe muri bo aratumirwa, uwundi ntatumirwe. Aho guca avunika umutima cane, uwo atatumiwe arasenga Yehova amusaba ko yomufasha kubona ibindi bintu yokora kugira ngo yagure umurimo. Mu nyuma, arandikira ikete ibiro vy’ishami amenyesha ko yiteguriye gukorera ahoba hari inkenero kuruta.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika