Inkuru nziza iva ku Mana Inkuru nziza iva ku Mana Umutwe mukuru/Abagasohoye Ibirimwo Ukuntu wokwungukira kuri aka gatabu IBIGANIRO ICIGWA CA 1 Iyo nkuru nziza ni iyihe? ICIGWA CA 2 Imana ni nde? ICIGWA CA 3 Iyo nkuru nziza yoba vy’ukuri iva ku Mana? ICIGWA CA 4 Yezu Kristu ni nde? ICIGWA CA 5 Ni umugambi uwuhe Imana ifitiye isi? ICIGWA CA 6 Ni icizigiro ikihe kiriho ku bapfuye? ICIGWA CA 7 Ubwami bw’Imana ni iki? ICIGWA CA 8 Ni kubera iki Imana ireka hakaba ibibi be n’imibabaro? ICIGWA CA 9 Mworonka gute agahimbare mu rugo rwanyu? ICIGWA CA 10 Womenya gute abasenga mu kuri? ICIGWA CA 11 Twungukira gute ku ngingo ngenderwako zo muri Bibiliya? ICIGWA CA 12 Wokwiyegereza Imana gute? ICIGWA CA 13 Ni ibiki bizoshikira amadini? ICIGWA CA 14 Kubera iki Imana ifise ishirahamwe? ICIGWA CA 15 Kubera iki ukwiye kubandanya wiga Bibiliya?