ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 54
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 54:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 23:19; 26:1

Zaburi 54:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 20:1; 79:9; Img 18:10
  • +Zb 43:1; 99:4; Img 23:11; Yr 50:34

Zaburi 54:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 13:3; 65:2; 84:8; Img 15:29
  • +Zb 130:2

Zaburi 54:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:16; 59:3; 86:14
  • +Zb 36:1; 53:4; Yoh 16:3

Zaburi 54:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 12:18; Zb 118:6; Rm 8:31; Heb 13:6

Zaburi 54:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:19; 2Tm 4:14
  • +Zb 143:12

Zaburi 54:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:14; 107:22; 116:17; Heb 13:15
  • +Zb 7:17; 52:9

Zaburi 54:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 4:9; Zb 34:19; 37:39; 2Tm 4:18
  • +Zb 37:34; 59:10; 91:8; 92:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 54:akajambo k’intangamarara1Sm 23:19; 26:1
Zab. 54:1Zb 20:1; 79:9; Img 18:10
Zab. 54:1Zb 43:1; 99:4; Img 23:11; Yr 50:34
Zab. 54:2Zb 13:3; 65:2; 84:8; Img 15:29
Zab. 54:2Zb 130:2
Zab. 54:3Zb 22:16; 59:3; 86:14
Zab. 54:3Zb 36:1; 53:4; Yoh 16:3
Zab. 54:41Ng 12:18; Zb 118:6; Rm 8:31; Heb 13:6
Zab. 54:5Rm 12:19; 2Tm 4:14
Zab. 54:5Zb 143:12
Zab. 54:6Zb 50:14; 107:22; 116:17; Heb 13:15
Zab. 54:6Zb 7:17; 52:9
Zab. 54:72Sm 4:9; Zb 34:19; 37:39; 2Tm 4:18
Zab. 54:7Zb 37:34; 59:10; 91:8; 92:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 54:1-7

Zaburi

Ku muyobozi, ku bicurarangisho vy’imirya. Masikili. Ni izaburi ya Dawidi. Igihe Abazifu binjira bagatangura kubwira Sauli bati: “Mbega Dawidi ntiyihishije muri twebwe+?”

54 Ewe Mana, nunkirishe izina ryawe+,

Kandi ukoresheje ubushobozi bwawe, umburanire+.

 2 Ewe Mana, niwumve isengesho ryanje+;

Tega ugutwi amajambo y’akanwa kanje+.

 3 Kuko ab’ahandi bampagurukiye,

N’intwazamukazo zirondera ubuzima bwanje+.

Ntibashize Imana imbere yabo+. Sela.

 4 Raba! Imana ni yo mufasha wanje+;

Yehova ari mu bashigikiye ubuzima bwanje.

 5 Azokwishura ikibi abansi banje+;

Mu kuri kwawe, nubanumye+.

 6 Nzogushikanira ikimazi n’umutima ukunze+.

Nzohaya izina ryawe, ewe Yehova, kuko ari vyiza+.

 7 Kuko yandokoye akankiza amarushwa yose+,

Kandi ijisho ryanje ryitegereje abansi banje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika