Daniyeli 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze mu mwaka ugira kabiri w’ingoma ya Nebukadinezari, Nebukadinezari arota indoto+; atangura guhagarika umutima+, itiro ryiwe na ryo rirahafata.
2 Maze mu mwaka ugira kabiri w’ingoma ya Nebukadinezari, Nebukadinezari arota indoto+; atangura guhagarika umutima+, itiro ryiwe na ryo rirahafata.