ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 6:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ku biremwa biguruka nk’uko amoko yavyo ari no ku bitungwa nk’uko amoko yavyo ari+, ku bikoko bigendagenda vyose vyo ku butaka nk’uko amoko yavyo ari, bibiribibiri bizokwinjirayo bize aho uri, kugira bizigamirwe ubuzima+.

  • Abalewi 11:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 n’igikona cose+ hisunzwe ubwoko bwaco,

  • 1 Abami 17:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ibi ni vyo bizoba: uze unywe kuri uwo mwonga+, nanje ata gukeka nzotegeka ibikona+ kugira ngo bikuronkereze ibifungurwa ng’aho+.”

  • Yobu 38:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Ni nde ategurira igikona indya zaco+

      Igihe ivyana vyaco bitabaza Imana,

      Igihe biguma biyerera kubera ata vyo kurya biriho?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika