Itanguriro 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova abonekera Aburamu maze avuga ati: “Uruvyaro* rwawe+ ngiye kuruha iki gihugu+.” Inyuma y’ivyo ahubakira igicaniro Yehova, uwari yamubonekeye. Itanguriro 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Amaherezo bashika ha hantu Imana y’ukuri yari yamurangiye, maze Aburahamu ahubaka igicaniro+, atunganya inkwi, araheza aboha Izahaki umuhungu wiwe amaboko n’amaguru, amushira kuri nya gicaniro hejuru y’inkwi+. Itanguriro 26:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nuko Izahaki yubaka igicaniro ng’aho, yambaza izina rya Yehova+ kandi ahashinga ihema ryiwe+, maze abasuku biwe batangura kuhimba iriba.
7 Yehova abonekera Aburamu maze avuga ati: “Uruvyaro* rwawe+ ngiye kuruha iki gihugu+.” Inyuma y’ivyo ahubakira igicaniro Yehova, uwari yamubonekeye.
9 Amaherezo bashika ha hantu Imana y’ukuri yari yamurangiye, maze Aburahamu ahubaka igicaniro+, atunganya inkwi, araheza aboha Izahaki umuhungu wiwe amaboko n’amaguru, amushira kuri nya gicaniro hejuru y’inkwi+.
25 Nuko Izahaki yubaka igicaniro ng’aho, yambaza izina rya Yehova+ kandi ahashinga ihema ryiwe+, maze abasuku biwe batangura kuhimba iriba.