Zaburi 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje+.Ni nde nzotinya+?Yehova ni we gihome gikomeye c’ubuzima bwanje+.Ni nde nzogirira ubwoba+? Yesaya 41:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe+. Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza+. Nzogufasha vy’ukuri+. Emwe, nzogufata nkugumye n’ukuryo kwanje+ kw’ubugororotsi+.’ Abaroma 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 None tuvuge iki kuri ivyo? Nimba Imana idushigikiye, ni nde azoturwanya+? Abaheburayo 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ku buryo dushobora kugira umutima rugabo+ tukavuga duti: “Yehova ni umutabazi wanje; sinzotinya. Umuntu yongira iki+?”
27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje+.Ni nde nzotinya+?Yehova ni we gihome gikomeye c’ubuzima bwanje+.Ni nde nzogirira ubwoba+?
10 Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe+. Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza+. Nzogufasha vy’ukuri+. Emwe, nzogufata nkugumye n’ukuryo kwanje+ kw’ubugororotsi+.’
6 Ku buryo dushobora kugira umutima rugabo+ tukavuga duti: “Yehova ni umutabazi wanje; sinzotinya. Umuntu yongira iki+?”