1 Samweli 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi bene Eli bari abantu b’imburakimazi+; ntibemera icese Yehova+. Yohani 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo bazogira ivyo bintu kubera ko batamenye Data canke jewe+. 2 Abatesalonika 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 mu muriro uyingana, niyihora+ abatazi Imana+ be n’abatagamburukira+ inkuru nziza yerekeye Umukama wacu Yezu+.
8 mu muriro uyingana, niyihora+ abatazi Imana+ be n’abatagamburukira+ inkuru nziza yerekeye Umukama wacu Yezu+.