Zaburi 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nutume ibikorwa vyawe vy’ubuntu bwuzuye urukundo biba agatangaza+, ewe Mukiza w’abarondera ubuhungiroBahunga abagarariza ukuryo kwawe+. Zaburi 60:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kugira ngo abakundwa bawe batabarwe+,Yoo! kirisha ukuryo kwawe kandi utwishure+. Zaburi 89:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ukuboko kw’ubushobozi ni rwawe+;Ukuboko kwawe kurakomeye+,Ukuryo kwawe gushizwe hejuru+. Zaburi 118:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ijwi ry’akamo k’umunezero n’ubukiriro+Riri mu mahema+ y’abagororotsi+.Ukuryo kwa Yehova kurerekana inkomezi+. 1 Petero 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’ububasha kw’Imana, kugira ngo ibashire hejuru igihe kigeze+;
7 Nutume ibikorwa vyawe vy’ubuntu bwuzuye urukundo biba agatangaza+, ewe Mukiza w’abarondera ubuhungiroBahunga abagarariza ukuryo kwawe+.
15 Ijwi ry’akamo k’umunezero n’ubukiriro+Riri mu mahema+ y’abagororotsi+.Ukuryo kwa Yehova kurerekana inkomezi+.
6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’ububasha kw’Imana, kugira ngo ibashire hejuru igihe kigeze+;