Gusubira mu vyagezwe 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko Yehova Imana yawe ari umuriro uyigiza+, Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+. Zaburi 59:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nubamare washangashiwe+;Nubamare, ntibabeho;Nibamenye yuko Imana iganza muri Yakobo gushika ku mpera z’isi+. Sela. Abaheburayo 12:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kuko Imana yacu ari kandi umuriro uyigiza+.
13 Nubamare washangashiwe+;Nubamare, ntibabeho;Nibamenye yuko Imana iganza muri Yakobo gushika ku mpera z’isi+. Sela.