Kuvayo 14:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Musa ako kanya aramvurira ukuboko kwiwe hejuru y’ikiyaga, gica gitangura gusubira uko cari kimeze, buri mu guca. Ico gihe Abanyamisiri bariko barahunga ngo ntibahure na co, mugabo Yehova akunkumurira Abanyamisiri hagati mu kiyaga+.
27 Musa ako kanya aramvurira ukuboko kwiwe hejuru y’ikiyaga, gica gitangura gusubira uko cari kimeze, buri mu guca. Ico gihe Abanyamisiri bariko barahunga ngo ntibahure na co, mugabo Yehova akunkumurira Abanyamisiri hagati mu kiyaga+.