Kuvayo 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mu nyuma Farawo yumva ico kintu, aca arondera kwica Musa+; mugabo Musa arahunga+ ava kwa Farawo, aja kuba mu gihugu ca Midiyani+; hanyuma yicara iruhande y’iriba. 2 Abakorinto 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ico kintu gihambaye nk’urupfu ni co yadukijije kandi ni co izodukiza+; kandi turizigiye ko izonabandanya kudukiza+.
15 Mu nyuma Farawo yumva ico kintu, aca arondera kwica Musa+; mugabo Musa arahunga+ ava kwa Farawo, aja kuba mu gihugu ca Midiyani+; hanyuma yicara iruhande y’iriba.
10 Ico kintu gihambaye nk’urupfu ni co yadukijije kandi ni co izodukiza+; kandi turizigiye ko izonabandanya kudukiza+.