Abalewi 26:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “‘Ico gihe igihugu kizokwishura amasabato yaco imisi yose kizomara cagizwe umusaka, mu gihe muzoba muri mu gihugu c’abansi banyu. Ico gihe igihugu kizokwubahiriza isabato, kuko gitegerezwa kwishura amasabato yaco+. 2 Ngoma 36:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kugira ngo ashitse ijambo rya Yehova ryavuzwe n’akanwa ka Yeremiya+, gushika igihugu cishuye amasabato yaco+. Imisi yose camaze ari umusaka, carubahiriza isabato, kugira gishitse imyaka mirongo irindwi+.
34 “‘Ico gihe igihugu kizokwishura amasabato yaco imisi yose kizomara cagizwe umusaka, mu gihe muzoba muri mu gihugu c’abansi banyu. Ico gihe igihugu kizokwubahiriza isabato, kuko gitegerezwa kwishura amasabato yaco+.
21 kugira ngo ashitse ijambo rya Yehova ryavuzwe n’akanwa ka Yeremiya+, gushika igihugu cishuye amasabato yaco+. Imisi yose camaze ari umusaka, carubahiriza isabato, kugira gishitse imyaka mirongo irindwi+.