Gusubira mu vyagezwe 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mutegerezwa kujabuka Yorodani+ mukaba mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe ngo mucigabire+, kandi ntazobura kubaha akaruhuko, mugakira abansi banyu bose babakikuje, kandi muzokwibera koko mu mutekano+. Zaburi 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nzokwiryamira nisinzirire mu mahoro+,Kuko wewe wenyene, ewe Yehova, ari we utuma mbaho mu mutekano+. Imigani 1:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nayo uwunyumviriza, azokwibera mu mutekano+ kandi ntahagarikwe umutima n’ugutinya amagorwa+.”
10 Mutegerezwa kujabuka Yorodani+ mukaba mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe ngo mucigabire+, kandi ntazobura kubaha akaruhuko, mugakira abansi banyu bose babakikuje, kandi muzokwibera koko mu mutekano+.
8 Nzokwiryamira nisinzirire mu mahoro+,Kuko wewe wenyene, ewe Yehova, ari we utuma mbaho mu mutekano+.