Gusubira mu vyagezwe 23:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umunyamahanga+ woshobora kumurihisha inyungu, mugabo mwene wanyu ntuze umurihishe inyungu+; kugira ngo Yehova Imana yawe aguhezagire mu migambi yawe yose mu gihugu uriko urajamwo ngo ucigarurire+. Nehemiya 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Na jewe nyene na bene wacu n’abasuku banje turatanga ku ngurane amahera n’intete muri bo. Ndabinginze tureke ukwo kuguranira inyungu+. Luka 6:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ahubwo mubandanye gukunda abansi banyu no gukora iciza no gutanga ingurane+, mutizigiye kwishurwa ikintu na kimwe; kandi impembo yanyu izoba nini, kandi muzoba abana ba Musumbavyose+, kuko agirira ubuntu+ intashima n’ababisha.
20 Umunyamahanga+ woshobora kumurihisha inyungu, mugabo mwene wanyu ntuze umurihishe inyungu+; kugira ngo Yehova Imana yawe aguhezagire mu migambi yawe yose mu gihugu uriko urajamwo ngo ucigarurire+.
10 Na jewe nyene na bene wacu n’abasuku banje turatanga ku ngurane amahera n’intete muri bo. Ndabinginze tureke ukwo kuguranira inyungu+.
35 Ahubwo mubandanye gukunda abansi banyu no gukora iciza no gutanga ingurane+, mutizigiye kwishurwa ikintu na kimwe; kandi impembo yanyu izoba nini, kandi muzoba abana ba Musumbavyose+, kuko agirira ubuntu+ intashima n’ababisha.