Abalewi 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Muze mweze umwaka ugira mirongo itanu, mutangaze ukurekurwa mu gihugu ku bakibamwo bose+. Uzobabera Yubile*+, kandi umwe wese muri mwebwe aze asubire kw’itongo ryiwe, asubire no mu muryango wiwe+. Abalewi 25:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Akwiye kwongereza igiciro c’ubuguzi bivanye n’uko imyaka ari myinshi+. Akwiye kandi kugabanya igiciro c’ubuguzi bivanye n’uko imyaka ari mike, kuko igitigiri c’ivyimburwa ari co ariko arakugurishako.
10 Muze mweze umwaka ugira mirongo itanu, mutangaze ukurekurwa mu gihugu ku bakibamwo bose+. Uzobabera Yubile*+, kandi umwe wese muri mwebwe aze asubire kw’itongo ryiwe, asubire no mu muryango wiwe+.
16 Akwiye kwongereza igiciro c’ubuguzi bivanye n’uko imyaka ari myinshi+. Akwiye kandi kugabanya igiciro c’ubuguzi bivanye n’uko imyaka ari mike, kuko igitigiri c’ivyimburwa ari co ariko arakugurishako.